Lyrics

Ubu ni Fresh
Narabaye nkabandi
Naronse ubundi buzima
Bunezereza umutima
Ubu mezé ok
Naronse uwo duhuza
IiiIvyubu celiba
Narasezereye bye bye
ntihagira uwukubaz ivyanje mubwire ko natwawe canee
uti ndi occupe this time I don’t want any more drama
kuva nkumenya nibwo naronse amahoro
Wanyigije gukunda before nar umu bad boy
    
Wampaye ubuzima wanyerets agaciro kanje
Gukundwa nawe mwiza burya bitanga amahaoro
Ndi occupe abandi simbona
Ndi occupé iyayaaaa
Ndi occupe je suis désolée
Ndi occupé
Ubu ndi occupé
Sincikoza nabadada
Kandi bori sérieux narahiinduye nubuzi
Nimba gukunda aramafaranga
Oya sinshaka ayo mafaranga
Naranahinduye mind inzira udashaka narayisimo kare
ntihagira uwukubaz ivyanje mubwire ko natwawe canee
uti ndi occupe this time I don’t want any more drama
kuva nkumenya nibwo naronse amahoro
Wanyigije gukunda before nar umu bad boy
    
Wampaye ubuzima wanyerets agaciro kanje
Gukundwa nawe mwiza burya bitanga amahaoro
Ndi occupe abandi simbona
Ndi occupé iyayaaaa
Ndi occupe je suis désolée
Ndi occupé
Nubona nkufuhira nuko nkukunda cane baby im sorry nimba nkubangamira
ntihagira uwukubaz ivyanje mubwire ko natwawe canee
uti ndi occupe this time I don’t want any more drama
Written by: Alvin Nduwimana
instagramSharePathic_arrow_out