Similar Songs
Credits
PERFORMING ARTISTS
Yanick Uttar
Performer
COMPOSITION & LYRICS
Yanick Uttar
Songwriter
Lyrics
Namubonye kenshi aza munzira yanje,
Aho twahuriye Siho naba ndamwiteze.
Rimwe na rimwe yasanga natay\'inzira,
amfat\'ukuboko ambwira ti ngwino bandanya.
Aho vyasavye ko abantu batantahura,
Ashigikira ico yavuze kubuzima bwanje.
Ntazonkundira ko ntirimuka oyaa;
ntazokundira umwasi kw\'anyitamba hejuru:
Anzigama mugitondo kumurango no mwijoro,
Anzigama iyo nryamye ndi mukazi canke nduhutse;
Anzigama uyu mwaka uwuzoza ibihe vyose.
Aranzigama ntahunyiza oya oya
Aranzigama ntahunyiza, no no no...
Written by: Yanick Uttar