Top Songs By Kirikou Akili
Similar Songs
Credits
PERFORMING ARTISTS
Kirikou Akili
Performer
COMPOSITION & LYRICS
Niyonkuru Akbar Youssufu
Songwriter
Lyrics
Fine girl
Eeeh
Erega nkubony'umutima urakubita
Fine Girl
Eeeh
Rekub'uwanje oya ntuzo rogretta.
Sugar Daddy niyaguh'amahera
Jewe nzoguha Show Show ,
Nzogukorera ivyatoshobora
arekuzinda ni ndesho.
Ndabiz'unsaze muri ghetto sinkusondeka na gato
Je ndi muto sindi gito ndagutamwo muma Poto.
Ready Me Are Ready Me
Dun Tell Em me Are Ready Ye,
BadMan No Play Wit Di ting
De Girl Dem Relax
Wen Dem Listen To Me Ting Ye,
Badman Me Murder Dis Ting.
Iyi Ngoma ni yawe bebi mpa ka Dance
Rega turi couple ya freshi
Reka duprofite iyi chance
Bébé ngirira confiance.
Written by: Niyonkuru Akbar Youssufu